Mariko 14:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Kuko yoshoboye kugurwa idenariyo amajana atatu arenga, zigahabga aboro: baramwidodombera. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe5 Iyo agurishwa yari kuvamwo idenariyo zirenga amajana atatu, maze ayo mafaranga agafasha aboro.” Banegura cane ivyo uwo mugore akoze. Viz kapitola |