Mariko 14:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Yongera kugaruka, asanga basinziriye, kukw amaso yabo yar’ aremerewe cane, ntibāmenya ico bamwishura. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Agarutse, asanga basubiriye gusinzira, kuko amaso yabo yari aremerewe cane n’itiro, maze babura ico bamubwira. Viz kapitola |