Mariko 14:38 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Ni mube maso, musenge, ntimuje mu mosha mabi. Umutima ni wo ukunze, arik’ umubiri ufise intege nke. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe38 Nimube maso musenge kugira ngo ntimutsindwe n’amageragezwa. Umutima urabikunze, ariko umubiri ufise intege nke.” Viz kapitola |