Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Ati Abba, Data, vyose biragushobokera: kūra iki gikombe kindēngāne: ariko ntibibe uko jewe ngomba, yamara bibe uko wewe ugomba.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Aravuga ati: “Aba, Data, wewe vyose biragushobokera. Ndakwinginze unkure imbere iki gikombe c’imibabaro. Ariko ntibibe nk’uko jewe nshaka, yamara bibe uko wewe ushaka.”

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:36

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy