Mariko 14:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Arababarira, at’ Ico n’amaraso yanje y’isezerano, aviriye benshi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe24 Arababwira ati: “Aya ni amaraso yanje y’isezerano hagati y’Imana n’abantu bayo, asesetse ku bwa benshi. Viz kapitola |