Mariko 14:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kandi Yuda Isikaryota, yar’ umwe muri bamwe cumi na babiri, aja ku baherezi bakuru, ngw az’ amubaronkere. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe10 Hanyuma, Yuda Isikariyote, umwe muri ba bigishwa cumi na babiri, aragenda aja kuvugana n’abakuru b’abaherezi ingene yobashikiriza Yesu. Viz kapitola |