Mariko 13:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Kukw ihanga rizotera irindi hanga, n’ubgami buzotera ubundi bgami, isi izonyiganyiga henshi, amapfa azotera. Ivyo n’itanguriro ryo kuramukwa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe8 Ihanga rizotera irindi hanga, ubwami butere ubundi bwami. Ahantu henshi kw’isi hazoba nyamugigima n’amapfa. Ariko ivyo bizoba ari nk’intango y’ibise. Viz kapitola |