Mariko 13:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Kandi ni mwumva intambara n’impuha z’intambara, ntimuze muhagarike imitima: ntibizobura kubaho, arik’ umuhero uzoba utaraza. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe7 Nimwumva intambara n’inkuru zivuga ivy’intambara hirya no hino, ntimuze muhagarike imitima. Ivyo bitegerezwa gushika, ariko iherezo rya vyose ntirizoba rirashika. Viz kapitola |