Mariko 13:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 bati Tubgire, ivyo bizobaho ryari, ikimenyetso kizoba iki, c’igihe ivyo vyose bizoba bigira bishike? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe4 “Tubwire, ivyo bizoshika ryari, kandi ni ikihe kimenyetso kizokwerekana ko bigiye gushika?” Viz kapitola |