Mariko 13:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Ndababgire ukuri: Ab’iki gihe ntibazorangira, ivyo vyose bitarashika. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe30 Ndababwire ukuri, abo muri runo runganwe ntibazopfa bose ivyo vyose bitarashika. Viz kapitola |