Mariko 13:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 nuko namwe ni mwabona ivyo bibaye, muze mumenye kw ari hafi, ku rugi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Nimwabona ivyo vyose, muzoce mumenya neza ko ukugaruka kwiwe kuri hafi, ko ageze kw’irembo. Viz kapitola |