Mariko 13:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 n’inyenyeri zizoba ziriko zirakoragurika ziva kw ijuru, n’ivy’ inkomezi vyo mu majuru bizonyiganyizwa. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe25 inyenyeri zizokoragurika ziva kw’ijuru, kandi n’ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa.’ Viz kapitola |