Mariko 13:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Iyaba Umwami Imana itogeruye iyo misi, ntihorokotse umuntu n’umwe, ariko kubg’ abatoranijwe yatoranije, yarayigeruye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe20 Iyo Umwami Imana atagabanya iyo misi, nta muntu n’umwe yorokotse. Ariko kubera abatoranijwe, iyo misi yarayigabanije. Viz kapitola |