8 Baramufata, baramwica, bamukwegera inyuma y’uruzabibu.
8 Nuko baca baramufata, baramwica, bamukwegera inyuma y’umurima w’uruzabibu.