Mariko 12:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Barya ingo z’abapfakazi, kandi basengesha menshi bahumba: abo bazocirwa urubanza ruruta izindi. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Barya amazu y’abapfakazi bakabatwara ivyabo, kandi bakabandanya biyerekana nk’abantu beza mu gusenga amasengesho maremare. Ni co gituma bazohanwa kurusha abandi.” Viz kapitola |