Mariko 12:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kandi Yesu yigishiriza mu rusengero, arababaza, at’ Abanyabgenge b’ivyanditswe bavuga bate yuko Kristo ari mwene Dawidi? Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Hanyuma, Yesu ariko arigisha mu rusengero, abaza ati: “Mbe ni kuki abigisha b’ivyanditswe bavuga ko Kristo ari umwana wa Dawidi? Viz kapitola |