Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 kandi kuyikundisha umutima wose, n’ugutahura kwose, n’inkomezi zose, bo n’ugukunda mugenzawe nk’uko wikunda, biruta cane ibimazi vyose vyoshejwe n’ibitoshejwe.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 kandi ko dukwiye kuyikundisha imitima yacu yose, ubwenge bwacu bwose; n’inkomezi zacu zose, kandi tugakunda bagenzi bacu nk’uko twikunda. Ivyo birahambaye kurusha gushikanira Imana ayandi mashikanwa yose n’ibimazi vy’ibikoko.”

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:33

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy