Mariko 12:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Irya kabiri ngiri, Mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda; nta rindi bgirizwa risumba ayo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe31 Irya kabiri ni iri: ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda wewe nyene.’ Nta bwirizwa ryoza riruta ayo.” Viz kapitola |