Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Aho bazozukira mu bapfuye ntibazorongora kandi ntibazoshingirwa: bazoba nk’abamarayika bo mw ijuru.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Aho abapfuye bazozukira, abantu ntibazorongora canke ngo barongorwe; kuko bazoba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:25

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy