Mariko 12:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Bamutumako bamwe mu Bafarisayo n’abantu ba Herode, ngo bamutegeshe amajambo. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Mu nyuma abakuru b’idini barungika bamwe mu Bafarisayo bari kumwe n’abashigikiye Herode Antipa kugira ngo batege umutego Yesu, bamufatire ku majambo avuga. Viz kapitola |