Mariko 11:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Non’ ukubatiza kwa Yohana kwaturutse mw ijuru, canke se mu bantu? Ni munyishure. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe30 Mbega umubatizo wa Yohana wavuye ku Mana yo mw’ijuru canke ku bantu? Nimunyishure.” Viz kapitola |