Mariko 11:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Abaherezi bakuru n’abanyabgenge b’ivyanditswe bavyumvise barondera ingene bomwica, kuko bāmutinya, kukw abantu bose batangazwa n’inyigisho ziwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe18 Abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyanditswe bavyumvise baca batangura kurondera ingene bomwica. Ariko baramutinya kuko abantu bakunda cane inyigisho ziwe. Viz kapitola |