Mariko 11:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Akiri kure, abona umusukoni urikw amababi, arawēgēra ngo kumbure yogira ic’ awusangako: awushitseko ntiyagira ic’ awubonako, atar’ amababi: kuko kitār’ igihe co kwama c’umusukoni. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Akiri kure abona igiti c’umusukoni gitotahaye, aca aja kuraba ko hari ivyamwa gifise. Agishikiriye ntiyagira icamwa agisangako, atari amababi kuko kitari igihe caco co kwama. Viz kapitola |