Mariko 10:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Ariko muri mwebge si ko biri. Yamar’ ūgomba kuba mukuru muri mwebge, az’ abe umukozi wanyu: Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe43 Uko si ko bikwiye kumera muri mwebwe. Uwushaka kuba umukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umukozi wanyu, Viz kapitola |