Online Bible

- Reklamy -




Mariko 10:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Yesu arabahamagara, arababgira, ati Murazi yukw abavugwa ko baganza amahanga bayatwaza amanyama, kandi n’abakuru bayo bayagirak’ ububasha.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

42 Yesu aca arabahamagara bose ababwira ati: “Murazi ko abatware b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ko ababaganza babacinyiza.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 10:42

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy