Mariko 10:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Ariko gutanga ivyicaro i buryo bganje cank’ i bumoso, s’ivyanje, shit’ abo vyateguriwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 ariko ibijanye no kwicara i buryo canke i bubamfu bwanje si jewe ndabitanga. Ivyo bibanza ni ivy’ababiteguriwe.” Viz kapitola |