Mariko 10:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Baramwishura, bati Mose yemeye ko handikwa icete co kuvāvānura, akamwirukana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe4 Baramwishura bati: “Mose yaremeye ko umuntu ashobora guha umugore wiwe urwandiko rwemeza ko bahukanye hanyuma akamwirukana.” Viz kapitola |