Mariko 10:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Ariko benshi b’imbere bazoba ab’ inyuma, kand’ ab’ inyuma bazoba ab’ imbere. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe31 Kandi benshi mu bari imbere bazoba ab’inyuma, abari inyuma na bo babe ab’imbere.” Viz kapitola |