Mariko 10:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Yesu arabitegereza, arababgira, ati Kubg’ abantu ntigishoboka, ariko ku Mana s’uko, kuko vyose bishobokera Imana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 Yesu arabitegereza, hanyuma ababwira ati: “Ku bantu, ntibishoboka. Ariko ku Mana, vyose birashoboka.” Viz kapitola |