Mariko 10:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Abigishwa batangazwa n’amajambo yiwe. Yesu yongera kubabgira, ati Bana banje, erega biragoye kw abizigiye ubutunzi binjira mu bgami bg’Imana! Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe24 Abigishwa batangazwa n’ayo majambo. Yesu yongera arababwira ati: “Bana nkunda, biragoye cane kwinjira mu Bwami bw’Imana! Viz kapitola |