16 Arabarera, arabahezagira, abarambitsekw ibiganza.
16 Nuko aterura ba bana, abarambikako ibiganza, arabahezagira.