Mariko 10:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Ndababgire ukuri, ūtazokwākīra ubgami bg’Imana nk’umwana muto, ntazobginjiramwo na gatoya. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe15 Ndababwire ukuri, umuntu wese atakira Ubwami bw’Imana nk’umwana muto ntazokwigera abwinjiramwo.” Viz kapitola |