Mariko 10:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Maze bamuzanira abana bato, ngw abakoreko: abigishwa barabakankamira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 Umusi umwe, abavyeyi bazanye abana babo aho Yesu ari kugira ngo abarambikeko ibiganza, abahezagire. Ariko abigishwa barabakankamira. Viz kapitola |