Mariko 10:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kandi na we ubgiwe, ni yāhukana n’umugabo wiwe, akābīrwa n’uwundi, azoba asambanye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe12 Kandi iyo umugore yahukanye n’umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, aba asambanye.” Viz kapitola |