Mariko 10:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Arababgira, at’ Umuntu wese yirukana umugore wiwe, akābīra uwundi, aba asambanye kand’ amuhemukiye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe11 Arabishura ati: “Umuntu wese yirukana umugore wiwe akarongora uwundi, aba asambanye, kandi aba acumuye kuri uwo wa mbere. Viz kapitola |