Mariko 1:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Mur’ iyo misi Yesu ava i Nazareti i Galilaya, araza, abatizwa na Yohana muri Yorodani. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe9 Muri ico gihe, Yesu ava i Nazareti mu ntara ya Galilaya, aja ku ruzi Yorodani, abatizwa na Yohana. Viz kapitola |