Mariko 1:40 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Haza umunyamibembe kuri we, amwinginga amupfukamiye, at’ Ukunze, woshobora kumpumanura. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe40 Umuntu arwaye imibembe araza apfukama imbere yiwe, aramwinginga ati: “Ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.” Viz kapitola |