Mariko 1:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Kandi inabukwe wa Simoni yar’ aryamye, afashwe n’umururumbo, baca bamubarira ivyiwe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe30 Bahashitse, baca babwira Yesu ko inabukwe wa Simoni ari mu buriri, arwaye kandi ashushe cane. Viz kapitola |