Mariko 1:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 ati Duhūriye hehe ga Yesu Munyanazareti? Uje kuduhonnya? Ndakuzi uw’ uri we, ur’ Uwera w’Imana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe24 “Yesu w’i Nazareti, uturonderako iki? Uzanywe no kuduhonya? Ndazi uwo uri we. Uri Uwera w’Imana!” Viz kapitola |