Mariko 1:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nk’uko vyanditswe na Yesaya yavugishwa n’Imana, Ng’ Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe2 Bwatanguye nk’uko vyari vyaranditswe n’uwavugishwa n’Imana Yesaya ngo: “Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira”: Viz kapitola |