Mariko 1:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Amaray’ imisi mirongwine, ageragezwa na Satani; kandi yaba hamwe n’ibikōko, abamarayika bakamukorera. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe13 ahamara imisi mirongo ine ageragezwa na Satani. Yabana n’ibikoko vyo mw’ishamba, kandi abamarayika baraza bakamukorera. Viz kapitola |