Mariko 1:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Ijwi riva mw ijuru, riti Ni wewe Mwana wanje nkunda ukampimbara. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe11 Maze ijwi ryumvikana rivuye mw’ijuru riti: “Uri Umwana wanje nkunda, ukampimbara.” Viz kapitola |