Luka 9:57 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)57 Bariko baragenda mu nzira, umuntu aramubgira, ati Ndagukurikira ah’ uja hose. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe57 Bari mu nzira bagenda, umuntu umwe araza abarira Yesu ati: “Nditeguye kugukurikira aho uja hose.” Viz kapitola |