Luka 9:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Bukeye bg’aho bamanutse ico gisozi, ishengero ryinshi riramusanganira. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe37 Bukeye, bariko baramanuka bava kuri uwo musozi, abantu isinzi baza gusanganira Yesu. Viz kapitola |