Luka 9:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje natoranije, ni mumwumve. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe35 Maze humvikana ijwi muri ico gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje natoranije. Nimumwumvirize!” Viz kapitola |