Luka 9:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Arikw arasenga, ishusho yo mu maso hiwe ihinduka ukundi, imyambaro yiwe yera derere, irakayangana. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe29 Akiriko arasenga, mu maso hiwe hahinduka ukundi, impuzu ziwe zirakayangana, zica ibibatsi. Viz kapitola |