Online Bible

- Reklamy -




Luka 9:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kuko bār’ abagabo nk’ibihumbi bitanu. Abarira abigishwa biwe, ati Ni mubicarike bīcīye intēko z’abantu nka mirongwitanu‐mirongwitanu.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 (Ico gihe hari nk’abagabo ibihumbi bitanu.) Ariko Yesu abarira abigishwa biwe ati: “Nimubicarike mu migwi ya batanu batanu.”

Viz kapitola kopírovat




Luka 9:14

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy