Luka 8:52 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Asanga bamuririra bose, bīshishitira. Arababarira, ati Nta co murira, ntahwereye, arikw arasinziriye. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe52 Ico gihe abantu bose bariko baramuririra. Yesu arababarira ati: “Nta co murira kuko ntiyapfuye, ahubwo arasinziriye.” Viz kapitola |