Online Bible

- Reklamy -




Luka 8:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Kandi nta wodomeka itara, ngw aryubikekw ikintu, canke ngw arishire mu rutara, arikw arishira ku gitereko caryo, ngw abinjira basange habona.

Viz kapitola kopírovat

Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Nta wudomeka itara hanyuma ngo aryubikeko igiseke canke ngo arinyegeze musi y’uburiri. Ahubwo aritereka ku giterekwako itara kugira ngo riboneshereze abinjira mu nzu.

Viz kapitola kopírovat




Luka 8:16

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy