Luka 7:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Uyo ni we yanditswe, ng’ Umve, ngira ntume integuza yanje imbere y’amaso yawe, Ikuroranirize inzira imbere yawe. Viz kapitolaBibiliya mu Kirundi coroshe27 Kuko uwo ni we Ivyanditswe bivugako ngo: ‘Ngira ndungike intumwa yanje imbere yawe, igutegurire inzira.’ Viz kapitola |